RDC: Tshisekedi yatsinze amatora

Perezida Felix Tshisekedi yatsinze amatora yari ahaganyemo n’abandi bakandida, atsindira kuyobora indi manda. Komisiyo yigenga ishinzwe amatora muri RDCongo, yatangaje ko yagize amajwi angana na  73,34%. Ikinyamakuru Actualite kivuga ko Tshisekedi akurikirwa na Moise Katumbi wagize amajwi  angana na 18,08%,Martin fayulu   angana 5,33%, Adolphe Muzito (1,12%) Denis Mukwege yagize angana na 1% Kuri miliyoni 41700 … Continue reading RDC: Tshisekedi yatsinze amatora