kavumbagu yasabiwe igifungo cya burundu – UMUSEKE
RALC Ntibavuga bavuga

kavumbagu yasabiwe igifungo cya burundu

Burundi- Umwanditsi w’ikinyamakuru Net Press Jean Claude Kavumbagu kuru uyu wa gatatu nibwo yitabye urukiko ku nshuro ya mbere mu rwego rwo kwisobanura ku byaha ashinjwa. Ku rubuga rwayo rwa internet BBC Gahuzamiryango ivuga ko uyu Kavumbagu akurikiranyweho ibyaha bigera kuri bitatu birimo guhemukira igihugu cy’u Burundi, guharabika inzego z’umutekano, gutesha agaciro igihugu ndetse no gusesagura umutungo wa leta.

Umwanditsi w’ikinyamakuru Net press jean Claude Kavumbagu

Ku cyaha cyo guhemukira igihugu, ababuranira Kavumbagu bakaba basobanuye ko ingigo ubushinjacyaha bwifashishije mu kumuhamya kiriya cyaha ikurikizwa iyo igihugu kiri mu ntambara gusa .

Aha ariko ubushinjacyaha bukaba bwagerageje gusobanurira ubucamanza ko Al Shabab (umutwe w’iterabwoba) umaze kuvuga ko bashobora gutera igihugu cy’ uburundi ( aha hakaba hari mu mpera z’umwaka wa 2010), igihugu cyahise kijya mu ntambara yo kubarwanya no kurwanya iterabwoba. Nyamara ababuranira Kavumbagu bakaba babyamaganiye kure bishinyikirije ingingo iri mu itegekonshinga iki gihugu kigenderaho ivuga ko ngo usibye umukuru w’igihugu wenyine nta wundi muntu wemerewe gutangza ko igihugu kiri mu ntambara .

Ku cyaha cyo guharabika inzego zishinzwe umutekano aho ngo Jean Claude Kavumbagu yaba yaravuze ko ngo abazigize icyo bazi ahanini ari ugusahura no kwica benewabo, abamuburanira bavuze ko kidashobora kumuhama kuko ngo nta muntu ku giti cye umushinja kuba yaramuharabitse. Naho ku bijyanye no gutesha agaciro igihugu ndetse no gusesagura umutungo wa leta ,abavuganira Kavumbagu bakaba babihakanye.

Uru rubanza rutangiye kuburanishwa mu gihe ku munsi w’ejo ishyirahamwe ry’abanyamakuru ku isi ryari ryashyize ahagaragara itangazo risaba ko Jean Claude Kavumbagu ubu umaze amezi agera ku icyenda afunzwe yarekurwa agasubira mu mirimo ye .

Inyuma y’amezi icenda amaze mu munyororo, uno munsi niho Jean Claude Kavumbagu yitaba intahe ya mbere yo kuburanisha urubanza nyezina.

Ico gihe cose caheze sentare n’ababuranira Kavumbagu baharira ko yorekurwa akaburana yidegemvya, canke ko yogumayo kugeza atanguye kuburanishwa mw’ido n’ido.

Muri iyo ntahe y’icese umushikirizamanza yagirije Jean Claude kavumbagu ivyaha bitatu: guhemukira igihugu, kwambika ibara inzego z’umutekano hamwe no gutosekaza icizere c’uburundi mu makungu n’ukwononera ubutunzi bw’igihugu.

Ku caha co guhemukira igihugu, ababuranira Jean Claude Kavumbagu berekanye ko ingingo umushikirizamanza yafatiyeko kugira amushengeze ikora igihe igihugu kiba kiri mu ntambara gusa.

Umushirizamananza yageregeje kwumvisha sentare ko aba al shabab bamaze kuvuga ko bashobora gutera uburundi igihugu caciye kija mu ntambara yo kubarwanya no kurwanya iterabwoba, ababuranira Kavumbagu bakaba bavyiyamirije mu kwerekena ingingo y’ibwirizwa nshingiro ry’uburundi ivuga ko uwutangaza ko igihugu kiri mu ntambara ari umukuru w’igihugu wenyene.

Ku caha ko kwambika ibara izego zijejwe umutekano mu kuvuga ko abazigize ico bazi ahanini ari ugusahura no kwica benewabo, ababuranira Jean Claude Kambuga bavuze ko kidashobora kumufata kuko ata muntu ku giti ciwe yitwaye avuga ko yamwabitse ibara.

N’ubwo abarongoye igipolisi n’igisirikare banditse bitwarira Kavumabagu, abamuburanira bakaba berekanye ko igipolisi canke igisirikare atari abantu ufatiye ku co amategeko yita umuntu.

N’icaha co gutesha icizere igihugu n’ukwononera igihugu ababuranira Jean Claude Kavumbagu baciyamirije.

Ntivyabujije ariko umushikirizamanaza gusabira Jean Claude Kavumbagu guhanishwa umunyororo wo gufungwa ubuzima bwose, ari naco gitegekanjwe ku muntu aba yagirijwe guhemukira igihugu, kikaba ari naco gihano kinini gisigaye mu mategeko y’Uburundi kuva hafuswe ico gupfa mu mwaka w’I 2009.

Sentare ifise gushika ku minsi 30 kugira imenyeshe urubanza izoba yaciye

 

yeezy boost low a detailed look at the adidas yeezy 350 boost pirate black a kardashian unveils a new adidas yeezy boost 350 colorway adidas yeezy 350 boost moonrock did you enter our moonrock yeezy giveaway with stadium goods heres the winner kanye accuses critics of adidas yeezy 350 boost of being racist kanye west adidas yeezy boost 350 season 3 heres how you can buy the black yeezy boost 350 at finish line yeezy 350 boost beluga adidas yeezy 350 boost beluga heres the release date for the next adidas yeezy boost 750 another adidas yeezy boost 350 is releasing on november 14th yeezy boost 350 costume adidas yeezy 350 boost beluga rumored to drop in august adidas yeezy 350 boost white adidas yeezy 350 boost stripe 10 new adidas releases you can buy now instead of the yeezy 350 boost adidas yeezy boost 350 oxford tan official retailers list adidas yeezy boost 350 oxford tan official images adidas yeezy boost 350 moonrock